Gaston, franchement parlant. Uri umushingamateka, ariko ntuja mu nama. La fois passée, Gélase yarakubajije igituma udatonda ngo uterere mu bikorwa vy'inama nshingamateka. None wewe ntiwatowe, aba gutoye nta compte à rendre. Ariko turazi ko kirya kibanza ari DD yakiguhaye, ntiwatowe. Bakiguhaye kuko wabaye intungane ntuvuge ibitagenda neza. 😊😊😊
@ukuriijambo9418
Ай бұрын
Son excellence Gasto,urumugabo w'intore,ndagukunda cane kubutwari bwawe,Nababuze cane Son Excellence, ndabakumbuye.umutima mwiza ufise Imana iwuguhezagirire,waranfashe mumugongo,umbogorera umuryango wagira utembe,Imana iguhezagire.
Bien dit idee ya restaurant universitaire irakenewe
@guymichelnduwimana2410
Ай бұрын
Niyirambire Mutama.
@oliviermanishimwe4892
Ай бұрын
Turafise ubwoba bwa kazoza vraiment that reality
@user-wc8rm2yo9m
Ай бұрын
Ako gatwengo simbona icokavako ntagitwengeje numvise!! Nibaza ko wokwikosora.
@etienneuwimana3797
Ай бұрын
Abantu bamwe sinzi uko babaye. Iyo TV yiwe urafise mw'umutahe?
@jeanclaudeloydonmagenge1121
Ай бұрын
Umusaza ari cool vrt,atandukanye mumutwe gosee naba nditije
@jinamajody
Ай бұрын
Sha aba jeunes bose bose atanumwe avuyemwo bari bakwiye kugira urunani bagasaba abatwara(abitoza) ko bogira projet d'intervention dans le cadre de leur foramtion et leur avenir. Nayo mukishinga gutogotwa mumyambaro ja rouge-vert-blanc ndabarahiye mwese muzohitanwa na AVC mudakwije na 50ans. Erega Mandela yarabivuze ati the power is in yr hands.Arongera ati you have to knwo what you want🤔 Nimba mushaka kuzosaza musega abakuru komerezaho. Nimba mushaka kuzoba abakuru you have to know what you want and fight for it koz you have power in your hands👌
@GerardNiyonkuru-ml2md
Ай бұрын
Uno naw yivugisha ivyongereza atazi ,naw nasokorok agiric ahinduy de plus que vous,Hama irambir Gaston
Baze bafata umwanya wo kwitegurira ibiganiri bashiremwo umuco ndundi wo kwubaha ninde wundi yomuha ikiganiro kubantu twubaha nkaba turetse naba Imvugo yo kwubaha tuyigira mumuryango baze bagira imvugo yubaha
@nestacassperhakiza5910
Ай бұрын
Yibazako ivya réfectoire commune twavyibagiye
@jamessiyoni2996
Ай бұрын
😅😅😅😅
@user-wr7gb5up4y
Ай бұрын
Reka Gaston gutera inkuru, ntavyo Peter yaguhanuza. Kwari ukurya umushahara n'uturusho. Aho harico woshikiriza wakoreye Abarundi bokwibukirako, reka reka ku blagua
@christainc.5217
Ай бұрын
Aratwenza😂😂
@EdouardNtirenganya
Ай бұрын
Niwe mumenyeshamakuru wambere atwengubusa.
@karegapascal
Ай бұрын
Wangu gabanya guseka cane twuvirize ikiganiro
@evelynenkurunziza287
Ай бұрын
😂😂😂😂 umusaza wee
@walburgedusabe937
Ай бұрын
Iyo ntwengo yuwo mu journaliste ça enerve vrmt
@Rubuka264
Ай бұрын
Ngo restaurants publics! Basi urashinga restaurant pour enfants de la rue, 3 fois par semaine basi ureke abarundi bose. Projets bidons!
@smwakaglobaltv4010
Ай бұрын
Inumero za Gaston Sindimwo ndazikeneye svp!!
@vanessa-vavandikumwenayo2757
Ай бұрын
Reka nitwengere😁😁😁
@curstudentfinance3699
Ай бұрын
vraiment ntibigukwiye kuza ku ma channels nkuwabaye V/P de la republique. nibura RTNB kuko nirwo rwego uriho. wataye agaciro kabisa.
@fabriceniyonkuru5544
Ай бұрын
Ntagaciro yataye. Ahubwo azi ibigezweho. Nivyiza ko umuntu aguma muri public. Kandi isi tugezemwo niho igana. Social media yoroheje ubuzima. Azi ico akora. Ntagaciro yataye ahubwo yakongereye. Ndabivuga coe expert en Communication.
@Imana2021
Ай бұрын
Abagore bamwe nibisambo, namabandi aza kutwiba
@mireillemizero1377
Ай бұрын
Kuri 17min:50 sec harantangaje cane😊
@user-wr7gb5up4y
Ай бұрын
Gaston ntabeshe, igihe yiga kuri ETESA i Gitega, yarakina football kandi neza cane. Niwe yikorera team yose. Yari actif muri sport. Niwe yatwara na JRR kuri iyo shure. Il était actif ntabeshe kabisa.
@Musindi736
Ай бұрын
Camera ninziza kbx
@user-ce6pz9uw7d
Ай бұрын
Aba politiciens b’Abarundi bashingira kikintu kimwe gusa nta politique baba barimwo zero , nta projet Atari Amacakubiri no gutinyana
@doucendikumana8055
Ай бұрын
Soit professionnel ubaze bukebuke kandi utekanye uri mukazi kirazira kuza uratwenga canke ushiramwo utwo tuntu ngo aah please bireke
@clarissabellaterimbere6073
Ай бұрын
yeah atwenga umwany munini 😢ahndi ho car kiryosh kuk yabjij umunt akenew
Пікірлер: 218