Iki ikiganiro twari kuriha kabisa Kigingi aranyishe mais à part kuntweza avuga ukuri, 👌👌👌👌😘😘😘
@cadeauwatanga5686
Жыл бұрын
Ikiganiro ciza kabisa kandi cigisha ,ivyo kigingi yavuze nivyo kabisa,ntabubesto buhari hagati y’umuhungu n’umukobwa kuko bica bikwega vyinshi,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@TheLuasas
Жыл бұрын
Nimba wumva ko kugira umu best friend of opposite sex uri married ari ibisanzwe, then you don't understand the principles of marriage!! The problem is that most people think of themselves instead of their partners first!! Imagine as a woman, finds out that your husband has a female best friend, and he one day inform you that, with his female best friend they're going on vacation for couple of days!? Or they're going out!!!??? And vice versa!!!!?? Reka ikibi citwe ikibi nicize citwe icize!! Ukuri kwitwe ukuri, nikinyoma citwe ikinyoma!!! I'm a living testimony!!!
@leonidasbucumi6169
Жыл бұрын
Kigingi je suis totalement d'accord avec toi.ivyo bintu vy'aba besto wapi kabisa.
@aristidendayubaha6114
Жыл бұрын
Hamaa kigingi uzokwugurur agence yo guhanura Ingo
@claudinendayikengurukiye440
Жыл бұрын
Mumbwirire kigingi ko ndamufan gooooose knd ndubwir felicitations👏murere ibikuraa
@yvettendorimana8310
Жыл бұрын
Hahaha ndatwenze ndakumbagaye kubera Kigingi weeee aga TIPE Claude
@nahayoemmanuel4869
Жыл бұрын
Urugo n babiri ntavyuwundi Ati besto hhhhh nimujane hiyo j sui pr kigingi
@kikikiki579
Жыл бұрын
Sha nanj ndi pour Kigingi 😂 ubugenzi entre umuhungu numukobwa wapi🙅🏽♀️
@ghislainehager
Жыл бұрын
KIGINGI psychologue N° 1 👍🏿💖
@kfefe1598
Жыл бұрын
Ivyo bintu vya besto ntakamaro atari uwa couple uyo azana ibibazo gusumba kuba inyishu
@obeliadiellaingabire3180
Жыл бұрын
Kigingi vrmt 😂😂😂🤣🤣🤣🤣urwara rro rucikiy hagti
@joshuabigizi5204
Жыл бұрын
Kigingi uri perfect ibyo uvuga nibyo
@graciellairakoze9548
Жыл бұрын
Ndamushigikiy kigingi🤣🙌
@ninsiimaagnes2270
Жыл бұрын
Uyumusore ibyo avuga nukuri kuko muri marriage ibintu wunva utaganiriza uwomwashakanye it's better ubyigumanire kuko besto in marriage ikwega ibibazo kuko mugihe uwomwashakanye yabimenya mwabipfa ndetse byanasenya urugo rwari rutuje
Nje ndikumwe na hosy kuko nubu ndafise abagenzi babahungu twakuranye .
@ck8137
Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣 Kigingiiii 💥💥 Murasa neza les dames 😍
@dianeinamwiza
Жыл бұрын
Kigingi ndamushigikiye,avuze ukuri ta meilleure amie est ta femme,ton meilleur ami est ton mari,ivyo by,aba besto ni ibikiKigingi avuze ngo ni ivyo abazungu,noon,non,jewe ndababamwo,ntibibaho,jkigingi ariko arabisigura neza,ni mumeumvirize
@katimanojustin9606
Жыл бұрын
Vrt interview ya bien sana ifise vibes yibisazi🥰🥰Kihingi uranryohereje umusi wallah m,siren vibe Kure cane
@nicoleiradukunda4698
2 ай бұрын
Ibiganiro vya hosy je biranyubaka sana kweri kigingi avuze ukuri peee
@nanananette031
Жыл бұрын
Kigeme🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 I couldn’t hold myself Ewe Kigingi sha🤣🤣🤣
Merci les dames J’ai aimé l’émission kandi tous ce que Kigingi yavuz c’est la vérité
@belysebukeyeneza2375
Жыл бұрын
Nukuri kabisa.nta mugenzi cane de sex opposé
@flowermoniqueniyonyishu2875
Жыл бұрын
Kigingi niwonkweeee Hama hosy Big up
@nduwamahoroalice3033
Жыл бұрын
Kigingi uri umuntu isi ikeneye imvugo yawe niyo umuntu azi ico ashaka uzofasha beshi kandi iyi message igere kure.amahoro atangwa n'Imana abe mu rugo rwawe nukuri ndakubashe kuvyiyumviro vyawe uzosaze uko
@ThereseMukasine-yc2nx
Жыл бұрын
Kingingi à part la comédie,ari intelligent.kandi gutwnz sivy yigira ni faculté
@sandraoselin
Жыл бұрын
Nibint nkibi tub dushaka keep it up ♥️
@FlorenceBucedusenge-hx4ke
6 ай бұрын
😂😂we kigingi n'abagabo hariho inkuru muvuga ugasanga abagore ntibari Interressé mugabo bagapfa kumviriza donc mukundana ni kumvirizana muri twose ugapfum wigirish basi du reste mrcii pour l'émission ndafashijwe😂😂😂
Пікірлер: 205