Nanjempiseseka pee😃😃😃😂😃😂😃😂😃😂😃🤣🤣🤣🤣🤣🤣😅😃😃😃😅😃😅😃😅😃😅😃🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🥰🥰🥰😘❤😘❤😘❤❤ni mama lekekeeee na papa kekekeee🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤🇧🇮❤❤❤❤😘😘😘😘😃😘😃😅😅gusantubeshe batobatokenshi bafise umutima mubi😂😂😂😂😂🤣
hey je nashaka kuvuga gato kurico kigingi yavuze kuvyerekeye gu sponsorisa marriage yiwe nashaka juste mumenye ko ivyo ari ibintu bisanzwe ko ari pratique ikunzwe no gukoreshwa cane mubihigu biteye imbere et surtout en se qui concerne les stars la majorité ya bano ba star bakomeye tuzi kenshi usanga ama marriage yabo ari sponsorisé par exemple uga sanga umu traiteur ya sponsorije le marriage pour qu'à la fin agire publicité yinfugurwa aguriaha canke umu décorateur kugira agire publicité yama décoration yiwe et ainsi de suite...so tout cela juste pour dire que ubishatse nawe kigingi woshobora kugira marriage iri sponsorisé et d'ailleurs vyoba bina tesa kandi une grande star comme toi sinibaza ko vyokugora kuronka ama sponsor anyway kigingi turagukunda kandi tuna kwipfuriza iteramber uzona gire nimigisha hamwe nurubanza gwiza
Пікірлер: 246