👉🏾 Itariki 15 Myandagaro uko umwaka utashe, abakirisu bo mw’idini rya Katorika bahimbaza umusi w’iyurizwa rya Bikira Mariya mw’ijuru.
🇧🇮 Mu Burundi, amasinzi y’abakiristu bakoranira i Mugera. Ico kibanza ntigisanzwe mu bijanye n’idini, ariko kandi no kugihugu. Uti gute ?
👌🏾 Ihuriro ry’urwaruka iCAmp ryateguwe na Yaga, rikazoba kuva ku wa 18 gushika ku wa 25 Myandagaro 2024. Navyo nyene tubigarukeko.
#KuMusi
#idini
Негізгі бет I Mugera canke I Rudi, “menya amateka...”
Пікірлер: 4