🤔 Nankana ngo igikorwa c'abamisiyonari cari ico gutegura inzira y'abakoroni?
👉🏽 Muri benshi mwagize ico muvuga ku nkuru nyamukuru y'ejo. Yavuga ku kibanza c'i Mugera n'uruhara rudasanzwe ico kibanza gifise mu kwemera kw'Abarundi.
Nivyo tugarukako uyu musi.
#KuMusi
#kahise
Негізгі бет Uruhara rwa Katorika mu bukoroni
Пікірлер: 7