Kugira tubeho, tubwirizwa gukora ariko kandi Umukama akadusaba n'ugusenga. Mbega muri iki gihe tugezemwo isi umengo iriruka isiganwa n'ibihe, uraronka akanya ko gusenga? Mbega twosenga ryari? Inyishu ni mw'Ijambo rya Jambo.
#BNP_TV
Негізгі бет Музыка Ijambo rya Jambo: Kwiga gusenga
Пікірлер