Hosy ukora akazi keza cane, urafasha abandi kubako. Mugabo n,ukuraba ingene wambara uje kuri camera, dutere imbere ingene twiyumvira, amahera n, ingene twambara. Uratsitaza benshi malgré que ufasha abandi kandi uri role model. Courage
@christella5092
15 күн бұрын
Kandi arivyo bicuruza??uwu ari mukazi azi ico akora weho ndabonta ntaco uramenya
@user-ny1fv9ne3x
17 күн бұрын
Hosy hejurucyaneeeee ❤❤❤❤
@MIGNONEKUBWIMANA
18 күн бұрын
Hosy uvuze neza
@Mbate250
17 күн бұрын
Uvuze ukuri siter kabix
@mireillemizero2149
18 күн бұрын
Hosy wavyibushe caaane uraberewe
@linadukenguruke2905
16 күн бұрын
Ndabakunda ndakunda ama émissions yanyu❤
@claverysendegeya7624
17 күн бұрын
Hosi good memory
@user-tj3ys8ll4o
17 күн бұрын
Yeah faut k mutubwirira bashik back bahagarik ibint vy kwiyumvira k bazoronka ibint Aruk basavy abantu kuko moi je trouve que vous aussi vous êtes capable de de grandes choses dans la vie
@bellardnijimbere1423
18 күн бұрын
Hosiane urazi ubwenge
@parfaitendayikengurukiye7306
15 күн бұрын
❤❤❤
@leauwimana7238
16 күн бұрын
❤
@raoulzhen
16 күн бұрын
Iy mipira y visit Burundi nangahe??
@bwengejeanbosco2610
13 күн бұрын
Uko woryamana n'umusore mungana niko wabishatse waryamana n'umutama. Vyose ni uwushaka kwambara ubusa
@christella5092
15 күн бұрын
Ikikiganiro kibaye gito ndumva harivyinshi vyari bihari vyokuvuga kuriyi sujet kbx muze mugaruke Rosie ati mumyaka 50ans munyitege icontambaye muri 30ans nzocambara muri 50ans umva nabaho niryoryambere numvise umuntu avuga irijambo kbx kuko ababtu benshi ubabonye muri 30ans hanyuma mugahura muri 50ans uribaza ati habayiki???merc beaucoup Rosie e ft Gretha
@loicshi1403
17 күн бұрын
Abana bo mwi cite mwubahwe
@bwengejeanbosco2610
13 күн бұрын
Muzobanze mukore uburonzi ku ma temperaments.
@igorniyo66
17 күн бұрын
Muzogac akntu uherejeko Madam Siren CEO kuv kuri 57 min jusk 60 mukaduh ag small video , Uvuz nez caaannee e B Blssd again
@DallasTv-youtube
17 күн бұрын
Bn muzotegure ikindi kiganiro citwa Boyfriend kiri like this gusa mutumire sexe masculin 🙏🙏
Nivyiza ko muhanura abakobwa. Muzogire ico guhanura abagabo n,abo batagira b,abatandero. Mugire de deux cotés kuko abakobwa ntibavyikorana.
@igorniyo66
17 күн бұрын
Success Niyo Ituma bikunda hamw na Grâce caan Yayo sino hard worker baruzuy caann arik ntibikund ,so Ubuntu ,abkoz bkora can barih bnshi mw ville arik success c otr
Пікірлер: 60