Mana igihe warema ingo wazishizemwo umugabo numugore ngobabane ucubahezagiza ibibondo. Turasenze Imana yo mwijuru ifate mpiri imigozi niminyororo yabohesheje urugo rwabo icike mwizina rya Yesu. Yesu na mpwemu yera bace biganzira imitima yabobavyeyi bubake rugume abana babo bakurire murukundo rwabavyeyi babo. Ndabisavye ndavyizeye mwizina rya yesu amen.
@patricknishemezwe9628
Ай бұрын
Nimba hari umu Papa yanyigishije urugo icarico ni Papa Espoir, ni icitegererezo canj, bavuz umu Papa yakunda umugore ni uyu Papa Espoir, IMANA imuhezagire vraima
@godsgrace6820
Ай бұрын
Gaël urarondera version ya madame naw ururimi rw'umwe rukamwa ayera
@sese667
Ай бұрын
Ivy'ingo biragoye, kubizana ku ma caméras n'ibibazo mu bindi, ivy'ingo bimenywa na benevyo ...
@ClaireNdayisenga
Ай бұрын
Ndabishigikiye
@SM-nn5rw
Ай бұрын
Nivyo. Ntakwumviriza version imwe
@sese667
Ай бұрын
@@SM-nn5rw Vyarinze biza kuma caméras reka twumvirize versions zose, sinon ivy'ingo n'ibanga ku bisanzwe ...
Uzomubarize ati none mugize divorce uzogira ubundi bukwe
@ntakarutimanaoscar1867
Ай бұрын
Gaël niba ufata umwanya ugasoma commentaires ; nyarukira i Gitega ugire amatohoza kuri iyo famille uwo mufasha wiwe avuga ni urya mu correspondant wa radio umuco FM i Gitega ; mube mwitondera ivyo baza kubabwira guko nka jewe nzi iyo famille nguye mugahundwe
@umukubito257
Ай бұрын
Amahoro woshobora kutwandikira kuri watsap 71605633
@onesphoredusenge9129
Ай бұрын
Oscar weeee murazozanane Na Gaël nawe ubwawe wiyumvire, ubwire N'umu correspondant wanyu avuge ukuri kwiwe, nanje 2eme partie nzoyivuga yavuyeyo harimwo no kwisunga commentaires ziriko ziratangwa. Bonne compréhension 🙏
Ikiganiro ciza mug umeng uwo mugabo vyose abita kumugore knd nd sur k naw afise part yiw mugusenyuka kw urugo rwie Il est un peu arrogant birabonek ko nawe atorosh il est aussi fautif et difficile à vivre
@manundayi2409
Ай бұрын
Imyaka 50ans? Jeho naguha 30ans peee
@oseendayi5046
Ай бұрын
Azo pime DNA 🧬 kwanza kuko niba yamaze imyaka 7 atamwana vyari vyankiyehe ubwambere? Rero aka DNA 🧬 Karakenewe ushobora kwizerimana ugasanga wibereyeho nka yozefu 😂😂😂
@christabellakaze3525
Ай бұрын
Hhhhh Ngo umukubise aje kuvug ko inka ariy😂 yamutey umugere 🤭🤭 tu es vraiment faux très chèr monsieur
Пікірлер: 121