😄 Tuguhe gishasha imbere y'uko winjira muri "weekend"
👌🏾 Burya ngo abahana amahera kuri za Lumicash, Ecocash n'izindi, ntibarenga ibice 4% vy'Abarundi bose !
😉 Kaze, tugaruka ku kuntu ubuhinga bwo guhanahana amafaranga na terefone bwifashe mu Burundi.
#KuMusi
#ubutunzi
Негізгі бет Kugira terefone yawe ibe ingodo yawe...
Пікірлер: 1