KZ
item
Негізгі бет
Трендинг
Журнал
Ұнаған бейнелер
Ең жақсы KZitem
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Кіру
Тіркелу
Кіру
Тіркелу
Негізгі бет
Трендинг
Журнал
Ұнаған бейнелер
Ең жақсы KZitem
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Негізгі бет
#Kukayi
Күн бұрын
#Kukayi
Рет қаралды
3,655
PAM Channel TV
1
1
Жүктеу
Пікірлер: 35
@nijimbereconcilie7896
6 ай бұрын
Courage fadette urumukobwa uzubwenge
@alidaakimana328
6 ай бұрын
Mutuyagiye neza cane biraryoshe nukuri,ariko nukumenya ko abantu Bose badafis vision zimw, motivation zimw, ubukene bumwe bivanye n amamuko yiwe ariko vyose bikitwa kwitezimbere bivanye numwumw wese uko abona ubuzima... Les opportunités ntizishikira Bose hari nabazikwiy batazironka kandi bokora ibikomeye... Ariko iyo bija hose waguma mu Burundi wagenda, indoto z umuntu ziratinda zigashika 👍
@nimubonaeric8074
6 ай бұрын
Aho uwo mwigeme yambaye neza gutyo yokwemera kurongorwa nuwumujana i bubanza ck i buhonga? Elle n'est pas sincère, elle est plus théorique.
@nimubonaeric8074
6 ай бұрын
Uwo mwigeme aranyeguye. Hari umuntu yoja hanze adafise vision! Urazi amafranga bariha kugira bashikeyo? Elvis Abo bigeme ntubishinge
@akimanaemmanuella
6 ай бұрын
Uyo mudemu ntazi ivyavuga😅
@clarissabellaterimbere6073
6 ай бұрын
😂😂😂Pame iyo wisohokera ukabarekera ikiganiro bari kucihereza
@irenepamelairakoze8820
6 ай бұрын
Bararenze😂
@AlidaNtawe-hz6yf
4 ай бұрын
😂😂😂 arik pam kubr ik utantumiye numv mfise vyinshi nobwira uy mukobwa😂😂😂 nsanga nguma nishura mudashobora kunyumva...
@Mamanjoshua
6 ай бұрын
Iyoba vyari bikunda ,twogiye kurondera izonoti Mumahanga. Hama tugakora iyomigambi yiterambere mugihugu twabanje kwikenura.carikiganiro ciza.
@cdm4888
6 ай бұрын
Uyu mukobwa arahaze, narye hama anume, Jewe mba hanze mazeyo 23 ans, ntaco hahuriye ni Burundi!
@alainboris7627
3 ай бұрын
Arahaze sha uwo
@alicedorianetuyishemeze2938
6 ай бұрын
Ivyo fadette ariko aravuga nivyabana bava mumiryango yifashe
@BaderGalaxy
3 ай бұрын
Je nashigikiye ivyiyumviro vya Elvis 😊
@dieudonnenimpaye3138
5 ай бұрын
Weldone debat nziza
@meva3047
6 ай бұрын
Hanzeeee amaheraaaa ariyooooo shaaaa😂😂😂😂😂😂😂😂
@alinegahimbare1046
6 ай бұрын
😂😂kukayi hari hahiye
@cedricrukundo7229
6 ай бұрын
❤❤turabakunda cane ""
@fabriceNDAYIRAGIJE-lo2cg
3 ай бұрын
hello.... Uwo mu dada nuwa bien afise ivyiyumviro vyiza j'espere ko ufasha abandi bakobwa so nari nifuza contact zaw.merci
@nadinengendakumana6296
6 ай бұрын
Ndashimye ikiganiro mugabo la dame kuruhande gwiwe avuga du côté yaba jeune basanzwe babayeho muma condition meza. Nibazako atanumwe atipfuza gukora agatera imbere. Haraho umuntu abura naho yosohorera ses projets. Uwo musore ndamushimiye yibutse kuvugira nabantu batobato. Ikindi nshimye kuruhande gwuwo mu dame nizo opportunités avuze kubashobora kuronka izo information harabo bizofasha.
@marcellasek9018
6 ай бұрын
Reka gufyina wa mukobwa. Akazi kwubahwe.
@meva3047
6 ай бұрын
Mbeg ikiganirooooo😂😂😂
@rugerinyangeelvis7455
6 ай бұрын
Ku kayi hahiye!
@darlenesinarinzi81
6 ай бұрын
Nukuri muratunejerej
@alicedorianetuyishemeze2938
6 ай бұрын
Hahaha fadette😂uranyishe! Ngo icushaka urakironka!!! Mbega woba waraye utariye ukazinduka muri american corner wirirwa wicaye kuri internet?? Cank wumvise nuwo woja kwogereza imokoka akaguha agahumbi ucuja kukazana ukaja kugura ikijumbu
@yvanniyonganji4348
6 ай бұрын
nd daccord yivyo fadette yasiguye
@VenusteNiyongabo-um4zx
6 ай бұрын
Nanj nzogenda ariko ndose inoti noca ngaruk kuk mu Burundi niheza caneee
@nkundimanamarie-therese1301
6 ай бұрын
Amahoro amahoro. Iyo Bank y'abakenyezi gute ? Muduhe iyo link y'ishure ya Harvard n'ukuri !
@SandrineIninahazwe-pu9ww
5 ай бұрын
Elivis bakundekere uje gupambana
@muhozamoniaannick6655
6 ай бұрын
uwo mukobwa nimba aba muijuru 😳😳😂😂
@christinesemuto940
4 ай бұрын
Reka sha nivyo yigirisha!, harya woraba mumutima we wosanga avuga ibindi
@IVOMO_TV
3 ай бұрын
Ikibi cabarundi banka uwubabwiza ukuri..gushika hanze ntibisigura amahera kbsa...urikinebwe BURUNDI no hanze tu vas galérer
@clarissabellaterimbere6073
6 ай бұрын
la meuf arishuran am poto ukunt ham icish ab jeune bashak kubaho kurugezo rurengey kuyo babashobor kuronk .
@dianekamariza2523
6 ай бұрын
Uyo mukobwa kweli ni hatari. Burya nawe nuko yaronse ayo ma formation aja kugirayo. Urazi gushomera uko bibabaza.nareke kutubabaza
@christinesemuto940
4 ай бұрын
None uyu Fadette aba Canada!!?
@christinesemuto940
4 ай бұрын
Igihugu ciza udafise amahera bimaze iki , fanette wewe uriko urafyina
Пікірлер: 35