Wonderful,jeunesse burundaise irashoboy Hosy.."Lov in action" irahari en kirundi groupe "WIGORE" depuis plus de 25 ans dans tout les pays et muma ecole secondaire menshi dans tout le Burundi..je suis parmi les fondatrice ,on a commencéavec les pere blanc, j etait muri secondaire kuri Lycee du lac twarisonzesha vdi pour aller voir les malade bo muri Prince regent..,je vit à l etranger ubu.."wigore diaspora" iriho yaradukurikiy...suis devenu medecin par vocation de "wigore"
@MireneIrakoze-sm7vl
Love in action ndabakunze cane kwel murabanya muhamagaro ninayo mpamvu mwisunze ijambo ry,Imana kuko Uri mumubiri gusa ntavyo wokora bisaba kwihangane knd Kristo abakomeze cane abugururire nimiryango yimigisha kuko ico gikogwa mukora sicabose ndarengewe,Hosy aboba Jeune bubahwe kbs
@loicshi1403
Hatanga IMANA Hosy, be n'umutima uyumvira
@irankunda4121
28 күн бұрын
Fofo disi uri umuntu mwiza jewe ndabizi uri nyina wabeshi uzogere Kure uri umukobwa afise icerekezo ca kazoza utunze umuryango ❤
@christabellairakoze
Love in Action ibikurwa vyacu sivyubusa mu mwami❤Imana idushoboze gukora nibindi
@assiasaid2742
Fofo’o merci😍😅bien sur suis musulmane e suis fière kuba nd muri Love in Action🫶🏻🥰
Пікірлер: 30