Amafaranga ibihumbi 100 kw'ibido y'amaganga y'inkwavu n'amajana 800 ku kilo c'umwavu wazo, ukugwirirana kw'inkwavu, uko zirondoka, uko zigaburirwa n'uburyo bwiza zitungwamwo ni bimwe Mashariki TV yaganiriye n'umworozi w'inkwavu, Ndikumana Théogène wo mu ntara, komine na zone #Kirundo. Kurikirana ikiyago. #Burundi
- Күн бұрын
Mbega ubworozi bw'inkwavu bukorwa gute? Bukunguka gute? Intambamyi zo n'izihe?
- Рет қаралды 5,123
Пікірлер: 8