#Tuyage #SFCG #Iterambere #UMUKENYEZI
Menya vyinshi ku bijanye n'ubworozi bw'inkwavu n'akamaro k'amaganga y'inkwavu mu gufumbira imirima no gufasha kuvura ingwara z'ibiterwa. #Mashariki_TV ibashikana mu #Ruhagarika Commune #Buganda intara ya #Cibitoke, ku mworozi w'inkwavu Njebarikanuye Bora.
Негізгі бет Menya vyinshi ku bijanye n'ubworozi bw'inkwavu n'akamaro k'amaganga y'inkwavu
Пікірлер: 40