#Burundi: Umugambwe #CODEBU urerekana amakenga ufise mu bijanye n'ishirwaho ry'inzego zigize umurwi ujejwe amatora ku rwego rw'igihugu #CENI n'imirwi y'amatoro mu ntara #CEPI no muma komine #CECI. Ugasaba abarundi kwitegurira, kwitabira no gukurikirana amatora ya 2025 aho usaba ko imigambwe yokworoherezwa ku rubuga rwa poritike. Vyashirikijwe na Kefa Nibizi arongoye umugambwe CODEBU.
- Күн бұрын
Mu mugambwe CODEBU basaba iki kugira amatora ya 2025 na 2027 azogende neza?
- Рет қаралды 463
Пікірлер