Ntiyohera ntavuzeeee film iryosheeee caaaneeeeee . Iyi scène yoyo n' urudubi peeeeeeee . Umwana na se , Umuhungu na Mukase nihatariiii n ' Urudubi ariko irigisha cane pe kuko hariho familles zibayeho uko batemberana inkovu ku Mitima yabo . Bravon tout l' équipe 👌👌👌👌
@ezezetuyifootcr7andsport904
2 жыл бұрын
Muba mwateguye pe Abel wubahwe cane ufise impano pe🙏🙏🙏
@madokethiakwizera643
2 жыл бұрын
Congratulation my team mubikoze neza cane urakoze kunyigisho Imana idufashe cane
Beautiful movie courage barundi barundikazi murahatubereyeye mugihugu ca mavuko iwacu🇧🇮💪💪
@ericsindayihebura9985
2 жыл бұрын
Yoooo Inyigishooo Ikomeyeeee Yemweee Yemweeee Ni Murabee Ubu Butumwaa
@YvesKAMIBURUNDI
2 жыл бұрын
Imana Ibahezagire Cinema y'I Burundi iriko iratera imbere... Iciyumviro: Muzohore mwitondera utudetails twose Make up y'uwo mushiki wa Yvan Irerekana ko atari uwa ruguru. Iyo chainette yoyo iza irenza urugero
@rossikirossiki6518
2 жыл бұрын
Harabatagotwa mbaye wa 78 niatari twari tuindiranye igishika turibenshi Abel niyubahwe arashoboye nice movi courage biranseko ndyama ntairavye
Пікірлер: 398