Mwaramutse na Mwiriwe ku bakunzi bacu cane cane ab’ikiganiro My Journey 🙌🏽
@espeniyo477
Жыл бұрын
Urugo ruragoye kuvamwo. Ntuvyuka uyu munsi ngo uvuge ngo ndagiye! Iyo umudame arinze afata décision ati ndateruye n’abana urugo ndaruhevye haba hari impamvu. Abantu birinde ayo ma critiques négatives yabo. Secret iba izwi na nyene gufata décision. Courage kubo bigikundira kuba muri “Niko zubakwa” bigqkunda. Ariko bacunge santé mentale yabo ntihungabane. Merci bcp Inès and Hosy kuri ico kiganiro
@beatricenezerwa3809
Жыл бұрын
Inès ma chère, femme Forte, intelligente, simple , polie abakuzi turagushingira intahe. Love you 😍
@kg7285
Ariko umugore wese adivorsheje nukumwubaha kuko ntivyoroshe surtout harimwo abana par contre naho woba ukunda umugabo wawe gute wame wibuka wamugani UMUGABO NUMWANA WUWUNDI anything can happen ntacomupfana kubisanzwe. Malheureusement muri africa nta lois i protéger abagore nabana. Jewe mes parents bavanye j’avais 5 avec mes 5 soeur papa yatureze wenyene gushika twese tuve i Burundi à l’époque je me suis pas rendu compte kuko papa ne s’est pas remarié la vie était ok sauf que maman n’était pas là et elle s’est jamais inquiété pour nous papa yaratureze bien seule.
@sayumwemunezero4156
Жыл бұрын
She’s so positive, she carries the greatest in herself, and she can lead a generation to the generation
@user-zu5mi4ge5w
Inès wubahwe kwer kuko hari ibintu bihaze ingo nyishi biragoye kandi mumpe numéro ya Inès ico yonterera mwoba mukoze Host mwubahwe courage Inès nime yawe irakenewe kukobeshi bararushe
@habonimanaines3579
Жыл бұрын
Bravo à Inès témoignage yiw yageragej k nabarik barayumviriza biga tout en garda ibanga ry'urugo mukutavuga ama détails yocafuza uw bar bubakanye.
@marcellasek9018
Жыл бұрын
Hosy, urazi kubaza ibibazo bikenewe, courage ku mwuga💪et Merci ku ntahe ya Inès
@m.claire3507
Жыл бұрын
Merc bcp vrt wavyitwaymwo neza
@muben3774
Жыл бұрын
Thanks a lot for pour le conseil Mme Inès.....Hosy ja juru👏👏courage
@radiaakiteka1576
Жыл бұрын
Bonsoir, je vous écris depuis la France kugira ndababwire ko nkunda ibiganiro vya Siren vibes, des sujets édifiants. Continuez à rayonner....ndabakunda caneee🥰🥰
@mbonihankuyechristophe472
Жыл бұрын
Une grande sœur, so strong!
@eustachesitaki3698
Жыл бұрын
Uti barondere amahera barye isi imbere y'uko izobarya nayo. Kiitos
@manirakizamireille8337
Жыл бұрын
Nukuri Mme Ines urakoze cane,uranyubatse .
@pacifiquendikuriyo8412
Жыл бұрын
Très belle émission! Courage chère Inès! Merci pour ta sagesse.
@elysefuraha4588
Жыл бұрын
Ines Tatouage kwl😂😂😂 kandi uri serieuse Ash uranyishe Hosy uzoyimubaze ico izobisigur kbx😂😂 so ❤❤❤
@yannwenge108
Жыл бұрын
Sh big up abarundikazi baritahuye ni vyiza peee! Courage ❤❤❤🥰🌹
Пікірлер: 114