Mwaramutse canke mwiriwe bakunzi bacu na cane cane abakunzi b’ikiganiro my Journey.❤️ Uyu musi turumva kandi twigire ku ntahe ya Mme Espérance NDORICIMPA🙌🏽🙏🏽. Intahe yiwe iraryoshe cane kandi iratangaje uyumvirize witonze harico iza gusiga ihinduye ku buzima bwawe🙌🏽🙏🏽 Fyonda kuriyo link aho musi kugira wumvirize indirimbo ziwe🙌🏽 kzitem.info/news/bejne/jp1304aAkl90om0
@ndayishimiye8833
Жыл бұрын
Osi nanj uzompe ikiganiro peeeee
@fofoirishura8027
Жыл бұрын
Vuba nnje nzoza gushiga intahe hosy ☺️
@sirenvibestv
Жыл бұрын
Karibu mweseee😍😍 numero zacu ni 76711802
@gracepeniele447
Жыл бұрын
Loving the authenticity and laughs.😂 So happy to see mama up there!❤️
@bertineddyne610
Жыл бұрын
Abant mutarangiz ikiganiro yooo murahomb thank u maman ndafashijwe goos ni Koko Imana ntaho itokur umuntu be blessed
@doomedinscrolling3587
Жыл бұрын
Nukubera ari birebire🤷🏽♀️
@bsninja3889
11 ай бұрын
Yooo trop touchant cette mama. Ama butru niyo abazungu aho mba bagurisha kugira tugire grillades iyo hashushe. Imana ihabwe icibahiro kuvyo yakoze. Sandra depuis la Suisse PS: umengo ndatanguye kuba fan ya vos émissions. Merci beaucoup pour votre humanité ❤
@cadeauwatanga5686
Жыл бұрын
Komera @Hosy Irakoze 🙌🙌🙌🙌🫶🫶🫶,u the best in Burundi 🇧🇮,intahe nziza ,Komera @siren vibes ,waje hageze 👐👐👐👐,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@doucenoellaishimwe1951
Жыл бұрын
Naw urazoza iyag ivyohiyo Sweden
@naomitatiana7659
Жыл бұрын
Mama Espe so good to see you sharing your story. Hosy courage, you’re doing great 👍🏾
@EsperanceNdoricimpa
Жыл бұрын
Thank you ❤
@musabimanajosephine5841
7 ай бұрын
Shimwa Mana ku neza wakoreye uyu mubyeyi .
@gacutimariefreddyne6419
Жыл бұрын
Yooooo uwo mu Maman vrm Imana ikomez kukwambika inkomezi kuk ur mur bake bateye imbere bakibuka gufata ukuboko abasigay hasi❤❤❤
@Ikigatanyakazi
Жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane ! Merci Hosy ❤
@NijimbereGREGOIRE-u4u
2 сағат бұрын
Ndabakunda imana niyonkuru bakundwa
@bizimanajeanabia6514
Жыл бұрын
Woooww merci mama tukwipfurije imigisha mwishi imbere mama
@SandrineKwizera-lf5em
Жыл бұрын
Merci bcp.imana ikomeze kubana nawe.wampezagiye
@esperencekaneza2656
Жыл бұрын
Yooo ba Espérance 💗💗 imaniradukunda cn 💗💗 kwr nukuri imanimbere pe
Пікірлер: 62