Je suis content de revoir Paci mon pote. C' est un artiste de talent , avec une bonne composition des textes qu, il chante. Nciye nibuka indirimbo yiwe yitwa " demokarasi" Il est gentil , simple et agréable à vivre! Murumva ko ndamuzi. Mu baririmvyi bakiriho, nibaza ko Kidum, Yoya na Paci boba ari abantu ba mbere bafise ama textes meza mu ndirimbo Imana yo mugenderera mu " Mpwemu idasanzwe" agahindukirira Gospel mu ndirimbo ziwe , nonezerwa cane! Ni vyaba biri mu mugambi w' Imana , vyose bizotungana! Komera Paci!
@gelasebigingo2926
Жыл бұрын
Afise ijwi ryiza rijanye na Gospel
@PacifiqueNzitonda
Жыл бұрын
Merci à Juste Gaël! Mbona twavyifashemwo neza.
@elysegatoni83
Жыл бұрын
Paci jew ndashaka promotion yabiga 3D izokwirikira nzojemwoo
Paci ufise ijwi ryiza ,uririmba neza ,ndagufana sana 😘
@_umugajo05
Жыл бұрын
Umwe muba Legend biyumvira neza basigaye ni Paccy Nzitonda
@vincenttuyishime9205
Жыл бұрын
Permis de travail muri Belgique uyironka ufise 4mois muri territoire belge avec adresse connu par l'état.... 3mois renouverable ou illumité Ibisigaye abisiguye neza cane Paci
@cladyclady7215
Жыл бұрын
Ndavye Canada , sindabona abo vyanse wahashitse . Work permit ni 3 mois kandi ubuzi buraboneka ku bantu bose uwize n’uwutize ,umuntu wese abaho kubuzima bwiwe uwize n’uwutize aronka akazi bangana,
@nduwimanajeannine7934
Жыл бұрын
Kugira ushikeyo rero niyo noma
@biiriyesilasye9522
7 ай бұрын
Jewe ngire ndinde ndahava Ata work permit bansavye mu buzi burenga munani nakoze...oya mentalement biranka..jew vyaranse ..haranyankiy kabisa..mentalement mugabo nahandi mbuze bike..Mugabo biravana nabantu nukuntu Imana ikujera..80%yabajayo harabagwa neza..jew rero ndi muriyo 20%...2025 nditahira mu Burundi hanze harakamaramara
Iyo nibutse abarundi bari hanze kandi bateye imbere cane birambabaza ko batokwemera kuza kuvugira ngaha kubera ntibiri mumico yacu uca umemga nukwishima. Ariko burya ntawuva iwabo adafise ikimutwaye. Nabaruguru mbona bamanuka i Bujumbura kandi ntibashika babaho kumwe.
@RIBTV257
Жыл бұрын
Hari nuwundi mu diaspora yabitwibwiriye
@emerysungura
Жыл бұрын
We're together 5/5✌️✌️✌️✌️
@gracienniyobuntu9920
Жыл бұрын
Basi ukaurayo diplome canada usa ufise diplome yaho iba yemewe kwisi hose none wunva abajayo batunguka bamuraba side nziza
@ram-salamaminy6728
Жыл бұрын
Juste big nda kunze ikiganiro ugiranye na Paci nu muco atanze kandi adaciye hirya no hino hama akagira ko agatanga n'impanuro.Proffessionalisme yawe apana babandi babaza ikibazo kimwe mu kiganiro cose ukamengo ntazi umwuga yinjiye mo ko atari gupfa gufata micro
@doomedinscrolling3587
Жыл бұрын
Biba biryoshe kwa Juste Gael iminsi yose 😂❤
@Hahaha-yf4ug
Жыл бұрын
None nko mububirigi uronderera iki ko ata buzima buriho
Paci uribeshe kuvyakazi Ubu witanze ukaronka centre ucuja muri commune bakaguha carte orange iyo carte orange après 4 mois ucuronka permis de travail niyo utwaramuma intérims nzabantu benshi batanguye job après 4mois ivyo ndabizi kuva 2019 nanj nivyo naciyemwo twaronka amacontra turi muri centre bivana rero nicadutwaye twese ntitugenda dufise intumbero imwe
@niyosengadidas3905
Жыл бұрын
Paccy urantwengeje
@niyonkurujeanclaude5707
Жыл бұрын
Nukuri kwigendera gusa
@didiniyo1063
Жыл бұрын
Amajambo mazima Kandi aramfashije
@chantal8084
Жыл бұрын
Urabeshe formation ya aide soignant ni 2ans 6mois sivyo
@mutolio
Жыл бұрын
Uvuze ukuri !!!
@aimentahiraja8269
Жыл бұрын
Maze aba diaspora bateye ikibazo vipi
@annickakimana477
Жыл бұрын
Mbe indero uvuga niyahe kuko indero nimuhira kan on parle d'éducation ça reste tjour complexe kubera urashobora gutunga ukaba atandero ufise vuga gusa imibereho niyo iri compliquer kwiruka gusa j ndahabay o moins 12ans
@mihigoinnocent711
Жыл бұрын
Ariko ivyo yavuze vyinshi nukuri
@dianekamariza5174
Жыл бұрын
Juste duhe numéro yawe ya phone irakenewe.
@fabricemugisha7771
Жыл бұрын
Mwoduha contacts z'umutumire?
@giftuwiragiye7697
Жыл бұрын
Ipwemu ntizisanzwe
@uwimana8584
Жыл бұрын
Nguyo umuntu avuze ukuri kandi aciye ubwenge. Natangajwe numu type araho aheruka kuja kuri camera ngwavuye iburayi ngo yaciye serbie akaza kubesha ibintu bitagira umutw namaguru 😂urya muhungu bamujane kumu psychologue vmt narumiw ukuntu yitoye araza kuri camera aje kubesha
Kuberiki paci ari umuntu ntashobora kwegeza ikiganiro ce imbere?
@christopherpiko2734
Жыл бұрын
Journalisme irahari muri UB boss
@vincenttuyishime9205
Жыл бұрын
Adresse nayo ni centre, famille canke aho ukose
@stevenihezagire2430
Жыл бұрын
Permis de travail ntisaba kuba ufise carte de séjour. Usavye ubuhungira bakaguha centre d'accueil baca baguha carte orange hama umaz 4 mois baraguha permis de travail. Benshi barakora kandi ata mpapuro bararonka
@D.A.R.l.O257
Жыл бұрын
Uvuze neza mutam
@hamenyimanabenoit6950
Жыл бұрын
Ukoze ata documents uraronka, bisigura ko se travail au noir. Bagaca baguha intima ntikize
@stevenihezagire2430
Жыл бұрын
@@hamenyimanabenoit6950 suko navuz uba utararonka résidence muga baraguha izindi documents uba urakoresha na permis de travail urayironka ugashobora gukora kandi uhembwa nk'abandi bos bafis residence. Travail au noir nayo ntiyemew n'amategeko uwuyikora wes afashwe arahanwa hamw nuwariko aramukoresha. Travail au noir uyikoz usanga uriko urahomba kuko uhembwa nka moitié yayo wari guhembwa kandi har ivyo uhomba mugih ukoz utariha ama taxes
@Cherissa_
Жыл бұрын
Ikintu cohanze gikonej kuvugwa nabi kd nagishaka nn komukomej kuncintege bigend gt k nabuz job burundi
@kalyka4107
Жыл бұрын
Jewe maze imyaka myinshi hanze . Ikintu nabonye kigora abarundi nuko experience yumuntu umwe tuyigira iyabarundi bose. Hari abantu nabonye kuba hanze vyabohoye bashika kuri vyinshi hari nabandi bashitse bata umutwe kubera basanze bitameze nkuko babibona muri television. Kwisi nta paradis ihaba
Пікірлер: 94