Mugabo ko uvuga wubakijije ibya mva makungu, urumva uri fière!!!
@sumaje
3 ай бұрын
Urarane alternative vyoba vyiza
@user-qq6mv6vh3e
3 ай бұрын
Mutima uratwegahuy imbazu zacu😂😂😂
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
3 ай бұрын
Uramamaza gushika naho niyumvira ko not notsinda muri bet nkaryumuzungu kugira ndayigure
@fidelnjiwa1515
3 ай бұрын
Inzu ifise amabara ama 200. Amatara nayo wokwibaza nimuri disco 🪩. Gusa nakunze ingene yubatse hanze
@isufurajabu3487
3 ай бұрын
Egoooo 👍🔥
@Martin-xf1bw
3 ай бұрын
Ibintu ni PYAPYAPYAAA! Jewe nifuza kuyipanga. Birashoboka ?
@JoselyneMunezero-oe9gs
3 ай бұрын
Oya ntiyabize harya hari lumurango ubu naho nimwijoro atwerekz amatara
@wamburawamba5181
3 ай бұрын
Nyumba ikovizuli kasoromoja.ni Choo hamujaboresha vizuli sisi Tunao ishi huku chi za inje. Tuna itaji choo kipana sio kifinyu vinginevyote nimewapongeza
@PacifiqueIrambona-gh1dd
3 ай бұрын
Nububeshi sigwiwee
@user-go5qv6nl5q
3 ай бұрын
Ishaka angahe mutima
@AfrodDre_Official
3 ай бұрын
🤣😂uyu mutipe numukomedi murivyose Akora ndake!
@anicettanyoni5348
3 ай бұрын
Uzi icongereza cane😂😂😂😂
@reubenbayubahe7930
3 ай бұрын
Mutima tubwire iyonzu yiri kurangahe
@ernestciza4315
3 ай бұрын
Ushaka anagahe mutima
@NkingiAlbertKelly
3 ай бұрын
Gusa nyene haguma harimwo comédie
@freddynzeyimana5453
3 ай бұрын
Mutima, ingeso yo kwihanaguza ku mpuzu Noooo
@alvellaniyonzima4046
3 ай бұрын
Reka norore inkwavu iyo nzoyikugurira kabisa. Mutima don't worry.
@sandrenciza7688
3 ай бұрын
😂😂😂
@Kekekerciensab7895
3 ай бұрын
😂😂😂😂why not courage @Alvella
@Bagenzi4life
3 ай бұрын
Shiramwo nimisiba yose hamw ninsazi
@JeanboscoNzoyihaya
3 ай бұрын
Aband barubaka ama cousine atar moderne ew mutima sha 😂😂😂😂😂 cuisine #cousine
@josaphathatungimana3504
3 ай бұрын
Iherezo,tuzomenya neza ivy'iyo nzu,
@minanipascal4971
3 ай бұрын
Iherezo ryayo nuko igurwa ntabindi.
@lionelbayubahe7458
3 ай бұрын
Iyo nyeneyo ndamuzi uwo ni commissaire 😂😂😂
@user-yu7jq3qe8j
3 ай бұрын
Mutima ark naw ayomatar yaguhabuy ugum uvyondagur urashoboy publicit kbs
Пікірлер: 147