Ego! None mwese ko mwemeza ko isi yacu itunze za minerais zitari nke!? Ni gute mwemeza ko Président Ndayishimiye Évariste, yoba abesha abarundi!? Bashoboye kwibesha muri za prévisions budjetaires mura yo ma projets, canke manque de spécialistes, aba experts ba vyize, abo nibo bo tubwira quantités de minerais ziri musi y'isi y'Uburundi!? Twese, turazi neza ko bakaboko bamyeho, ministere de la justice ni koreshe enquête abo bakaboko, naho yoba ari Président w'igihugu yivye itunga ry'igihugu nawe nyene na hanwe nk'abandi bose!? Kuva kuri ex-Président Micombero Michel gushika kuri Président Ndayishimiye Évariste, mu Burundi n'inzara n'amarira!? Mu Burundi, abategetsi bashize inda zabo imbere!?
Пікірлер: 14