😍 #Rwaruka, umugambi #PAEEJ wabazaniye imbuga (plateformes en ligne) nshasha zitandatu zo gukurikirana inyigisho zitandukanye, gusabirako umutahe, kumenyekanisha ibidandazwa vyanyu n'ibindi...
🔗 Kugira ngo mushike kurizo mbuga muca hano ➡️ www.paeej.bi
📞 Ufise ico ubaza, uca ngaha ➡️ paeej.bi/nous-...
🎞️ Kurikirane kano kareresi mumenye vyinshi kuri izo mbuga
#Uburundi #Jimbere
Негізгі бет Umugambi
No video
Пікірлер