Umunonotsi Francine NIYONSABA atera intege urwaruka ko rwukunda inkino, ariko kandi rurangwe n'indero. Ivyo yabishikirije kuri uwu w'Imana ku murwa mukuru w'intara ya #RUYIGI aho yari yatunganirije ihiganwa ryo kwiruka ryahuje urwaruka rwavuye mu gihugu cose
- 4 жыл бұрын
Umunonotsi Francine Niyonsaba yatunganije ihiganwa mu ntara ya
- Рет қаралды 37,098
Пікірлер