Nafungire viste burundi hama afungure umupaka agurishe isambanza murwanda araba atangiye kumenya bisines
@Dddma455
6 ай бұрын
igihe wasohora video usobanura icaguteye kwiyunga na all Shabaab. Wavuze ko hari inzu yasokuru wawe yari ibujumbura yagurishijwe na CNDD FDD. none izonzirakarengane mwica zizokugarurira iyonzu? Tumia hakili pls.
@KamaraKaruganda-rn7on
6 ай бұрын
Apaana Rwanda not interested in closing the border neither opening it so Burundi when they get tired they’ll open the border as it is in their benefit
YES BARABIHAGARIKA ‘EVEN IBISHIMBO TOO ISUKARE ETC
@tuyisengedesire4824
6 ай бұрын
Mugabo ndibaza ukuntu uburundi burenga FNL
@Pascale-hd3ec
6 ай бұрын
Niryarya gusa abo bagabo gusa
@kruh3881
6 ай бұрын
Burundi (CNDD- FDD bareke kwikora utuntu nkutwakana kavutse kakazingama/kakagwingira ubundi bakajye bafunga imipaka bafungura Hhhh na Uganda yarafunze ntacyo twabaye nkanswe Burundi. Ewana mubane nabantu amahoro mureke itesha mutwe kabisa. Burundi Ruswa no Kwigwizaho imitungo kwabakuru mu ntwazangabo/ABA DD ntabwo byakorohera abaturage kubona uko batera imbere kuko ntibabitayeho rwose bari kwirundaho I faranga gusa
@Mucyojean06
6 ай бұрын
Amashyuza =amazi ashyushye
@jeanclaudegasana8818
6 ай бұрын
Ayo making Bayita amashuha
@Hardy406
6 ай бұрын
Uyu mu type ni umu patriot, gusa wasanga Abarundi bamwe bamufata, nk'umwanzi wabo..! Kuber ko ababwiza ukur.
@CécileNzeyimana-w3e
6 ай бұрын
Amashuha nino mukuyinjiramwo barariha
@fredmbungiramihigo290
6 ай бұрын
#GDP AND GNP ! NOTE: GDP: GROSS DOMESTIC PRODUCT. GNP: GROSS NATIONAL PRODUCT. 1. #GDP = THE TOTAL VALUE OF GOODS AND SERVICES PRODUCED BY A COUNTRY IN A YEAR. - IF THE #GDP CONTINUES TO SHRINK (= TO BECOME SMALLER) THE COUNTRY WILL BE IN A RECESSION (= A PERIOD WHEN TRADE AND INDUSTRY ARE NOT SUCCESSFUL AND THERE IS A LOT OF UNEMPLOYMENT). 2. #GNP = THE TOTAL VALUE OF GOODS AND SERVICES PRODUCED BY A COUNTRY IN ONE YEAR, INCLUDING #PROFITS MADE IN FOREIGN COUNTRIES. - #GNP IS ONE OF THE STATISTICS USED FOR JUDGING THE STATE OF A COUNTRY' S ECONOMY !!! 🙏🏼
@Dddma455
6 ай бұрын
None ko wewe ukorana na all Shabaab yo muri Somalia. Nivyihebe vyo muri Mozambique. Mwiciriki abantu binzirakarengane? Tubarire impamvu?
@prosperniyukuri8562
6 ай бұрын
Hama rero nawe Moses ugomba kuza uratubwira nibindi vyunguka apana guhora uriko urakebura gusa. Akarorero, ushobora gukora company Cnk cooperative nabantu bafise imitahe nacanecane bari hanze mwiyunge Hama mwige projet nini ishobora guterera mwiterambere. Mbikubwiye wewe guko ujwi ryawe rishika kure kandi ukwirikiranwa nabarundi beshi kandi plus de 60% nabagutahura kndi bunva ivyiyunviro vyawe neza nkimboneza. Urabigerageza ushake projet yagutse hama gusa ucuguma uri serieux uko uvuga nyene hama
@chezzoamam6811
6 ай бұрын
Twugurure imipaka abantu bahahirane nabandi si non, amahera azakomeza kuba ayo mugihugu nta terambere dutegereje
Ndagusavye ntuzosubire kuduha uburorero werekeza murwanda kuko ntaho barava nabo nyene kuko nigihugu ca 38 mubihugu 54 kurutonde rwibikenye so reka kuduha uburorero werekeza kuri adui pls ntavyo dushaka vrmt uzuduhe uburorero mubindi bihugu vyose za Tanzania zirahari ziruta urwanda so we don't want your shitt from rwanda
@chimamandamosesoffice8109
6 ай бұрын
NUKO ARIGWO RURIMI TWUMVA VYOROSHE ,M NZAGERAGEZA TO STAND ON ALL SIDES
@alphadee9021
6 ай бұрын
@nduwaemma8588 ubanza udaheruka mu Rwanda sha. Kucyi ubabazwa ko atanga urugero ku Rwanda kandi U Rwanda rwaramaze kubarenga.
None ari ukuba kumwanya wa 38/54, nokuba kuwa 54/54 woba hehe? Kandi sicyera twegeranye.
@Africawewant
6 ай бұрын
Ahari U Rwanda nirwo rugero Rwiza. twe nabarundi dusangiye byose, nibihugu bito bitasrakora ku nyanjya, turahuje umuco nururimi twavugana, mu 1990 U Rwanda n' Uburundi byanganya economy, mu 1994 economy y' u Rwanda yagiye -50, apres 30 ans U rwanda nico gihugu ca 2 cyarateye imbere kurusha ibindi muri Africa with 8 growth rate, experance de la vie yaravuye kuri 45 ans iragera kuri 69 ans, igiuhugu cya 2 mugukora business, turafise assurence medicale irahendutse muri Africa, urabe corruption index aho u Rwanda ruri. Kuko rero u Burundi buragomba gukora sprint kimwe nu Rwanda. ni mukora nka tanzaniya byabafata 100 ans ou plus de sa.
Пікірлер: 79