Thanks mwana Chimamanda You always tackle things that are important. Rwandans and Burundians should be careful If not, they will stay poor
@alainmuhirwa8067
6 ай бұрын
Wew ufise ibitekerezo byiza cyane bifite ubwenge
@ntarejohn1843
6 ай бұрын
True brother I like the way you analyse things in region politics
@peaceloveisrael3992
6 ай бұрын
Nawe urimo gukora iki kiganiro ndumva urigusobanura byiza cyane. Komererezaho ngaho.. Bwira Ndanovye ako kabwa k' imbonerakure. Erega bazanwa kuroga les Tutsis et les opposants hutus
@IrakozeTheogene-p7r
6 ай бұрын
Kumamako
@esangira3648
6 ай бұрын
Iki kigabo Kirandyohera..✅ komerezaho mwene wa..
@HigaOmbi
6 ай бұрын
True, 😂 ndaje njyekwiga murambwiye😂 ndunvise!
@business2539
6 ай бұрын
Do you have any information about new driving test systems in Rwanda ? Where they use Robot …. We need to learn more from others for sure .
Kbs nukwigengesera mwaba Rundimwe kbr muriyerekn nabi kbs
@patiencegassasira8648
6 ай бұрын
Brother nkunda ukuri ugira pe uzakomerezaho 🤝🤝🤝🤝✅
@peaceloveisrael3992
6 ай бұрын
Umva, uwu mugabo Kasuku ari muri INDE ariko avuga ko yagiye kwiga... Birashoboka ariko reka nkubwire monsieur. Uwu mugabo njya nkurikira ibyo aposyinga kuri chaîne ye , kandi ndamukunda mais il a un problème avec les diasporas occidentaux. Il a des complexes d' infériorité terribles. Ikintu cyose avuga kuba diaspora kiba always negatif. Iyo parfum Polo original ya 1200 euro ntibaho mwese mufite Google mushobora kubyirebera.. Agapora ka faux etc.. Ibye sibyo exemple pour tous les diasporas Iyo marque y'saha Rolex original avuga yogurwa 100 mille euros ntibaho ba utanga des exemples logiques. Parcontre je suis content kubitegerezo byawe kandi cyine.
@JeanboscoNzoyihaya
6 ай бұрын
Mubisanzwe niww yarikuvuga wewe nukonyen uri ikirofa udatahura😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 UKWO NI UKURI NAJE VYAMBAYEHO, JE NAGURA VYAMAKE BAGAHITA BAVUGA KO ATAMAFARANGA FITE
@Rugambamachine7714.
6 ай бұрын
These behaviors are not for burundians only Bro abantu bameze uko baba hose hariho benshi babumbwa n'ivyo bafise kǎndi babarundi bari proud n'ivyo bafise
@Jean96184
6 ай бұрын
Arikose mbabaze w Ko mwingereranya nu Rwanda Cyaneee😂 mubona tungana Abarundi mwangiye mwingereranya na za haight
Wewe womenga uri muri moment loop yo guhora ugereranya uburundi n'u Rwanda! U Rwanda si u Burundi kandi ntibizokwigera bibaho. Nta narimwe rero bishobora kugendana mw'iterambere iryo ariryo ryose!! Iterambere ritangurira mu kwemera niveau uriko mu buzima hama ukagendana na society mu guteza imbere i gihugu!
Пікірлер: 78