Mwaramutse canke mwiriwe bakunzi ba Siren Vibes.
Icambere twashaka gusaba imbabazi kubariko barakurikirana intahe ya Joselyne (Jojo) kubera ko twatebeje kubaha suite ariko twayizanye kandi iyi ni part1 ya Final y'intahe yiwe. Kubantu mwayikurikiranye turabashimiye kandi twizere ko harabo yafashije. Murakoze
Негізгі бет Imyanya y'ibanga yari yaguye ikinya|Umugabo yambesheye ko namufashe ku nguvu|umubiri warampindutse
Пікірлер: 28